Amazi n imyimenyerezo vyaramvyuye
177 pages
Français

Amazi n'imyimenyerezo vyaramvyuye

-

177 pages
Français

Description

Cette série de témoignages montre comment les Activités Physiques et Sportives (APS) ont pu venir à bout ou atténuer des troubles variés : incapacité de se mouvoir après une longue période d'alitement, mal de dos, diabète, hypertension, séquelles d'accident vasculaire cérébral ou d'ataxie cérébelleuse, etc. Les témoins-auteurs affirment que les APS leur ont « redonné vie » quand, en tout cas pour nombre d'entre eux, ils ne vivaient que dans le désespoir et le découragement. « Le mouvement, c'est la vie ».

Sujets

Informations

Publié par
Date de parution 21 février 2020
Nombre de lectures 0
EAN13 9782140143359
Langue Français
Poids de l'ouvrage 4 Mo

Informations légales : prix de location à la page 0,0035€. Cette information est donnée uniquement à titre indicatif conformément à la législation en vigueur.

Exrait

Amazi n'imyimenyerezo vyaramvyuye La natation et l'exercice physique m'ont remis debout
N.S. 9027 3
la
Sous la direction de Salvator NAHIMANASylvie HATUNGIMANADIKUMASABO Josias NDIKUMASABO Josias N Amazi n'imyimenyerezo vyaramvyuye La natation et l'exercice physique m'ont remis debout
Édition bilingue kirundi  français
Amazi n'imyimenyerezo vyaramvyuye • La natation et l'exercice physique m'ont remis debout
AMAZI N’IMYIMENYEREZO VYARAMVYUYE
LA NATATION ET L’EXERCICE PHYSIQUE M’ONT REMIS DEBOUT
Amafoto yo ku gifukisho /Photos de couverture :
I bubamfu, B.E. mu mazi ; hagati, se wa N.S. n’inkoni yiwe ; i buryo, B.E. kw’ikinga ryo mu nzu.
À gauche, B.E. dans l’eau ; au milieu, le père de N.S. et sa canne ; à droite, B.E. sur le vélo ergométrique. Zishizwe hamwe na/ Composition de N.S.
Les productions du
IEPS LABORATOIRE UNIVERSITAIRE DE RECHERCHE EN ACTIVITES PHYSIQUES ET SPORTIVES POUR LE DEVELOPPEMENT SOCIAL ET LA SANTE
Sous la direction de
Salvator NAHIMANA Sylvie HATUNGIMANA Josias NDIKUMASABO
AMAZI N’IMYIMENYEREZO VYARAMVYUYE
LA NATATION ET L’EXERCICE PHYSIQUE M’ONT REMIS DEBOUT
Salvator Nahimana a déjà publié, seul ou en collaboration, plusieurs ouvrages en édition française ou bilingue kirundi-français. - Gaturagi, C., Nsengiyumva, A. et Nahimana, S. (2015). Sport, Santé et Société. Les STAPS pour l’épanouissement harmonieux de l’homme et de la société.Sarrebruck : Editions Universitaires Européennes. - Nahimana, S. (2013).Nshimirimana Njerika Kizera. Umugabo yarandiye haba abagabo. Nshimirimana Angélique Gisèle. Mon homme m’aurait mangée toute crue…Paris : L’Harmattan. - Nyenimigabo, J.J., Harerimana, T. et Nahimana, S. (2007).Le sport et l’éducation physique au Burundi. Forum national du 24 au 26 avril 2006 à Gitega. Paris : L’Harmattan.
Sylvie HATUNGIMANA a publié sa thèse de doctorat. Hatungimana, S. (2010).Les danses rundi en terre étrangère. Une étude menée auprès des Barundi de Belgique.Sarrebruck : Eds Universitaires Européennes.
Josias NDIKUMASABO a soutenu sa thèse de doctorat sur l’Education Inclusive, à l’Université de Nantes en France, en décembre 2018.
‹ /¶+DUPDWWDQ   UXH GH O¶eFROH3RO\WHFKQLTXH   3DULV
KWWSZZZOLEUDLULHKDUPDWWDQFRP
,6%1   ($1  
ITURO/ DEDICACE
Kuri abo bose bamaze kunyurwa ko kwiyegura, kwiyumviriza, kugendagenda, kugira imyimenyerezo ari bwo buzima.
Nako mbere, na cane cane…
Kuri abo bose bataranyurwa neza ko imyimenyerezo y’ikarashishi na siporo ari agasabiko nyako.
À tous ceux qui ont déjà pris conscience que « Le Mouvement, c’est la Vie ».
Mais surtout…
À tous ceux qui doutent encore du pouvoir thérapeutique (tant préventif que rééducateur et curatif de l’activité physique et sportive.)
UGUKENGURUKA Abanywanyi baLURADS, na cane cane abarongoye iki gikorwa, barashimiye cane Ndayikengurukiye Dominiko. Uwu mugabo ni we, amaze kwumva nawe agahengwe atoye kubera pisine, yitaje umusi umwe ati ivyo bintu muzi kandi mukabona uko vyabaye kirumara ku bantu benshi mwabifashishije si vyiza kubigumiza ngaho mutariko murabisanganya ngo bose babimenye. Ayo majambo, ahanini, ni yo yatumye iciyumviro co kwandika iki gitabu gikomera cane. Abanywanyi baLURADS barongera bagashimira bimwe bivuye ku mutima aba bemeye gushinga intahe ku bice vy’ubuzima bwabo, bakemera ko bisanganywa biciye muri iki gitabu citangiye mu kwegeranya intahe zivuga uko imyimenyerezo y’ikarashishi na siporo ari agasabiko nyako. Abarongoye iki gikorwa barashimiye cane umurondo Muremere Nadine yasomye yitonze iki gitabu kugira ngo gikosorwe neza imbere yuko gisohoka.
REMERCIEMENTS
Les membres du LURADS, en l’occurrence ceux qui assurent la direction de ce travail, sont très reconnaissants à l’endroit de monsieur Dominique Ndayikengurukiye. Quand ce dernier a lui-même commencé à ressentir l’effet bénéfique que lui apportaient les séances de natation, il s’est directement adressé aux coaches et a tenu des propos qui ont bien motivé la troupe. « Ce savoir que vous possédez et dont vous n’ignorez pas les effets thérapeutiques étant donné le nombre de gens que vous avez déjà aidé… Il n’est pas bon de ne pas en parler pour le diffuser et le partager avec le public afin que tout le monde soit informé. » Ces propos ont renforcé l’idée de préparer et de faire éditer le présent ouvrage.
Également, les membres du LURADS remercient profondément tous ceux qui ont accepté de livrer leurs tranches de vie publiées dans cette première série de témoignages sur les effets thérapeutiques de l’exercice physique et du sport.
L’équipe de direction de ce travail remercie vivement mademoiselle Nadine Muremere pour sa lecture minutieuse du texte en vue d’apporter les dernières corrections avant l’envoi du prêt-à-clicher à l’éditeur.
IBIRIMWO
Inyinjizo yanditswe na NAHIMANA Saruvatori…………............
1. Imyimenyerezo yambereye agasabiko kirumara. Intahe ya NKESHIMANA Gasito……………………...
2. Amazi n’imyimenyerezo yakinéku vyankuye cobo.Intahe ya NDAYISENGA Teresiforo…………….
3. Amazi n’imyimenyerezo ya jimunasiki inagura vyankuye i buzimu binsubiza i buntu.Intahe ya BARANCIRA Elisa…………………………………...
4. Amazi yaranyibagije ingorane z’umugongo.Intahe ya NDAYIKENGURUKIYE Dominiko………………..
5. Ivyiza vy’imyimenyerezo mu mazi k’uwufise indwara y’igisukari n’iy’umurindi w’amaraso, yahavuye anagira impanuka y’umurindi w’amaraso avomera ubwonko (AVC).Intahe ya NTIBAZONKIZA Rafaheri………………………....................................
Ugusozera vyanditwe na HATUNGIMANA Siriviya na NDIKUMASABO Yoziyasi………………………….
Umwidondoro w’abanditsi-bene-gushinga-intahe…





 



  • Accueil Accueil
  • Univers Univers
  • Ebooks Ebooks
  • Livres audio Livres audio
  • Presse Presse
  • BD BD
  • Documents Documents